Akabaruwa ku Mukuru w’igihugu : “Fasha abana b’igihugu bagiserukire !”
Inkino za mbereza“Road to BAL” zitegekanijwe mu kiringo kiri munsi y’ukwezi. Ariko gushika uno musi, nta wuramenya neza nimba umugwi wa Dynamo BBC, watwaye ihiganwa rya “playoffs” muri basketball y’Uburundi, uzoshobora guserukira igihugu. Uno mwanditsi agashima kwandikira akabaruwa Umukuru (…)
Site référencé:
Yaga Burundi