Burundi-Rwanda : « Rwaruka mutuka abakuru b’ibihugu, ikibi ni akanwa ! »
Duherutse kubona ingabo z’Uburundi ziri kumwe n’izindi zo mu bihugu vya EAC mu Rwanda mu bikorwa vyo gufasha abanyagihugu. Aho ni mu gihe imigenderanire y’Uburundi n’Urwanda itifashe neza. Ivyo birashika kuko abavukana ntibabura ivyo bapfa kandi nta ho bashirana. Ikibabaje, […] The post (…)
Site référencé:
Yaga Burundi
Yaga Burundi
La (sur)population, ce n’est pas (encore) notre richesse
16/07/2025
Oui l’IA existe, mais l’humain reste créatif !
14/07/2025
Sorcellerie, vengeance et bûcher : retour sur l’enfer de la colline Gasarara
11/07/2025
La Burundaise dans les hautes sphères de l’armée : l’ascenseur en panne ?
10/07/2025